-
Abalewi 13:55Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
55 Umuherezi azosubira asuzume ico kintu kimaze kumesurwa neza. Niyasanga vya bicafu bitahinduye ibara, naho bitoba vyakwiragiye, ico kintu kizoba gihumanye. Gikwiye guturirwa kuko camaze kwononekara cane, haba ku ruhande rwo hejuru canke munsi.
-