-
Abalewi 13:58Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
58 Ivyo bicafu nivyaca bizimangana ku mpuzu ijishwe canke ku kintu cose gikozwe mu rushato bamaze kukimesa, ico kintu gitegerezwa kumesurwa ubugira kabiri kugira kibe ikidahumanye.
-