10 Ku musi ugira umunani, azotora isuguru zibiri z’intama zitagira akanenge, ishashi y’intama imaze umwaka kandi itagira akanenge+, ivy’icumi bitatu vy’ingero ya efa y’ifu inoze ivanze n’amavuta vy’ishikanwa ry’intete+ hamwe n’ingero imwe ya logi y’amavuta+.