Abalewi 14:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uwo muherezi azotora imwe muri za suguru z’intama, ayitange nk’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+ iri kumwe na ya ngero ya logi y’amavuta, abizungagize* bibe ishikanwa bazungagiza imbere ya Yehova+.
12 Uwo muherezi azotora imwe muri za suguru z’intama, ayitange nk’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+ iri kumwe na ya ngero ya logi y’amavuta, abizungagize* bibe ishikanwa bazungagiza imbere ya Yehova+.