Abalewi 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Iyo suguru y’intama azoyikererera ahantu heranda, aho bakererera+ amashikanwa y’igicumuro n’amashikanwa aturirwa, kuko ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha ryegukira umuherezi nka kurya kw’ishikanwa ry’igicumuro+. Ni ikintu ceranda cane+.
13 Iyo suguru y’intama azoyikererera ahantu heranda, aho bakererera+ amashikanwa y’igicumuro n’amashikanwa aturirwa, kuko ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha ryegukira umuherezi nka kurya kw’ishikanwa ry’igicumuro+. Ni ikintu ceranda cane+.