-
Abalewi 14:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Hanyuma umuherezi azotora makeyi ku maraso y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha, ayasige ku gutwi kw’iburyo kw’uwo muntu ariko arihumanura, ku rukumu rw’ukuboko kwiwe kw’iburyo no kw’ino rikuru ry’ikirenge ciwe c’iburyo.
-