Abalewi 14:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Umuherezi azotanga ishikanwa ry’igicumuro+, atangire impongano uwuriko arihumanura hanyuma akerere ishikanwa riturirwa.
19 Umuherezi azotanga ishikanwa ry’igicumuro+, atangire impongano uwuriko arihumanura hanyuma akerere ishikanwa riturirwa.