Abalewi 14:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Azotanga kandi ishikanwa riturirwa n’ishikanwa ry’intete+ ku gicaniro hanyuma amutangire impongano+, aheze abe uwudahumanye+.
20 Azotanga kandi ishikanwa riturirwa n’ishikanwa ry’intete+ ku gicaniro hanyuma amutangire impongano+, aheze abe uwudahumanye+.