Abalewi 14:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Umuherezi azotora ya suguru y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+ na ya ngero ya logi y’amavuta hanyuma abizungagize, bibe ishikanwa bazungagiza imbere ya Yehova+.
24 Umuherezi azotora ya suguru y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+ na ya ngero ya logi y’amavuta hanyuma abizungagize, bibe ishikanwa bazungagiza imbere ya Yehova+.