-
Abalewi 14:52Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
52 Azoheza ayihumanure akoresheje amaraso ya ya nyoni, ya mazi bavomye ku mugezi, ya nyoni ikomeye, ca giti c’isederi, ka gakama k’uduti twa ezobu hamwe na ca gitambara gisa n’agahama.
-