Abalewi 15:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Umugore niyamara imisi myinshi ava amaraso+ kandi atari co gihe asanzwe aja mu butinyanka+, canke akaja mu butinyanka ariko akamara imisi isumba iyo yahora amara, iyo misi yose azoba ahumanye nka kurya bigenda ari mu butinyanka.
25 Umugore niyamara imisi myinshi ava amaraso+ kandi atari co gihe asanzwe aja mu butinyanka+, canke akaja mu butinyanka ariko akamara imisi isumba iyo yahora amara, iyo misi yose azoba ahumanye nka kurya bigenda ari mu butinyanka.