Abalewi 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Azoheza akerere ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu+, ace yinjiza amaraso yayo inyuma ya ya rido+, ayagire kumwe yagira amaraso+ ya ya shuri. Azoyamijagira amaja ku mufuniko n’imbere yawo. Agalewi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:15 Umunara w’Inderetsi,1/3/1998, rup. 11, 15-16
15 Azoheza akerere ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu+, ace yinjiza amaraso yayo inyuma ya ya rido+, ayagire kumwe yagira amaraso+ ya ya shuri. Azoyamijagira amaja ku mufuniko n’imbere yawo.