Abalewi 16:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Ni isabato y’akaruhuko kuzuye kuri mwebwe kandi mutegerezwa kwibabaza+. Iryo ni itegeko ryamaho.