Abalewi 18:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ntimuze mwigenze nk’abantu bo mu gihugu ca Misiri mwahoze mubamwo, kandi ntimuze mwigenze nk’abantu bo mu gihugu ca Kanani ndiko ndabajanamwo+. Ntimuze mukurikize imigenzo yabo.
3 Ntimuze mwigenze nk’abantu bo mu gihugu ca Misiri mwahoze mubamwo, kandi ntimuze mwigenze nk’abantu bo mu gihugu ca Kanani ndiko ndabajanamwo+. Ntimuze mukurikize imigenzo yabo.