Abalewi 18:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mutegerezwa kwubahiriza ivyo ndabasavye, ntimwisunge imigenzo ishisha yakurikizwa n’ababaye muri ico gihugu imbere yanyu+, kugira ntimwihumanye. Ndi Yehova Imana yanyu.”»
30 Mutegerezwa kwubahiriza ivyo ndabasavye, ntimwisunge imigenzo ishisha yakurikizwa n’ababaye muri ico gihugu imbere yanyu+, kugira ntimwihumanye. Ndi Yehova Imana yanyu.”»