Abalewi 19:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Uwo mugabo akwiye gushikanira Yehova impfizi y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+, ayizane ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro.
21 Uwo mugabo akwiye gushikanira Yehova impfizi y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+, ayizane ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro.