-
Abalewi 19:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Nimwinjira mu gihugu ngira ndabahe hanyuma mugatera ibiti vy’ivyamwa, mukwiye gufata ko ivyo vyamwa bihumanye kandi bitemewe kuribwa. Bizomara imyaka itatu ari ikizira kuri mwebwe. Ntimukwiye kubirya.
-