Abalewi 21:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mukwiye kubona ko ari mweranda+ kuko ari we ashikana ibifungurwa vy’Imana yanyu. Mukwiye kubona ko ari mweranda kuko jewe Yehova uwuriko arabeza ndi mweranda+.
8 Mukwiye kubona ko ari mweranda+ kuko ari we ashikana ibifungurwa vy’Imana yanyu. Mukwiye kubona ko ari mweranda kuko jewe Yehova uwuriko arabeza ndi mweranda+.