Abalewi 21:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 «Bwira Aroni uti: “Uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana, nta mugabo n’umwe afise akanenge wo mu ruvyaro rwawe akwiye kwegera igicaniro ngo ashikane ibifungurwa vy’Imana yiwe.
17 «Bwira Aroni uti: “Uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana, nta mugabo n’umwe afise akanenge wo mu ruvyaro rwawe akwiye kwegera igicaniro ngo ashikane ibifungurwa vy’Imana yiwe.