-
Abalewi 21:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Mu ruvyaro rwa Aroni umuherezi, nta mugabo afise akanenge akwiye kwegera igicaniro ngo ashikanire Yehova amashikanwa bashikanisha umuriro. Ntakwiye kwegera igicaniro ngo ashikane ibifungurwa vy’Imana yiwe kuko afise akanenge.
-