Abalewi 23:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Muzomara imisi indwi mu mwaka muhimbaza uwo musi mukuru wa Yehova+. Muzowuhimbaza mu kwezi kugira indwi. Iryo ni itegeko ryamaho, uko urunganwe rwanyu ruzogenda rurakurikirana.
41 Muzomara imisi indwi mu mwaka muhimbaza uwo musi mukuru wa Yehova+. Muzowuhimbaza mu kwezi kugira indwi. Iryo ni itegeko ryamaho, uko urunganwe rwanyu ruzogenda rurakurikirana.