Abalewi 24:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Musa araheza abibwira Abisirayeli. Baca bajana inyuma y’ikambi wa muntu yatuka izina ry’Imana maze bamwicisha amabuye+. Nuko Abisirayeli bakora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
23 Musa araheza abibwira Abisirayeli. Baca bajana inyuma y’ikambi wa muntu yatuka izina ry’Imana maze bamwicisha amabuye+. Nuko Abisirayeli bakora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.