Abalewi 25:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Uzogurira mugenzawe wisunze imyaka ihaciye inyuma ya Yubile, kandi na we azokugurishako yisunze imyaka y’iyimbura isigaye+.
15 Uzogurira mugenzawe wisunze imyaka ihaciye inyuma ya Yubile, kandi na we azokugurishako yisunze imyaka y’iyimbura isigaye+.