Abalewi 25:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nzobarungikira umuhezagiro wanje mu mwaka ugira gatandatu, kandi isi izobaha umwimbu murya mu myaka itatu+.
21 Nzobarungikira umuhezagiro wanje mu mwaka ugira gatandatu, kandi isi izobaha umwimbu murya mu myaka itatu+.