-
Abalewi 25:44Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
44 Abashumba banyu b’abagabo canke b’abagore muzobakura mu bihugu bibakikuje. Aho ni ho mukwiye kugura abashumba b’abagabo canke b’abagore.
-