Abalewi 25:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Murashobora kubaraga abana banyu bakabegukira ibihe vyose, kandi murashobora kubagira abakozi banyu. Ariko benewanyu ari bo Bisirayeli ntimukwiye kubafata bunyamaswa+.
46 Murashobora kubaraga abana banyu bakabegukira ibihe vyose, kandi murashobora kubagira abakozi banyu. Ariko benewanyu ari bo Bisirayeli ntimukwiye kubafata bunyamaswa+.