Abalewi 26:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Imisi yose igihugu kizomara ari umusaka, kizoba kiriko kirishura amasabato yaco, namwe muzoba muri mu gihugu c’abansi banyu. Ico gihe igihugu kizoruhuka* kuko gitegerezwa kwishura amasabato yaco+.
34 Imisi yose igihugu kizomara ari umusaka, kizoba kiriko kirishura amasabato yaco, namwe muzoba muri mu gihugu c’abansi banyu. Ico gihe igihugu kizoruhuka* kuko gitegerezwa kwishura amasabato yaco+.