Abalewi 26:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Abazoba bacitse kw’icumu+ na bo, nzotuma barengerwa n’ukwihebura iyo bazoba bari mu gihugu c’abansi. Urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzotuma bahunga. Bazohunga nk’umuntu ariko ahunga inkota, bagwe ata wuriko arabirukako+.
36 Abazoba bacitse kw’icumu+ na bo, nzotuma barengerwa n’ukwihebura iyo bazoba bari mu gihugu c’abansi. Urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzotuma bahunga. Bazohunga nk’umuntu ariko ahunga inkota, bagwe ata wuriko arabirukako+.