Abalewi 27:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 umuherezi azomuharurira igiciro caryo gushika ku mwaka wa Yubile, kandi uwo muntu azoca atanga ico giciro kuri uwo musi nyene+. Iryo tongo rizoca riba ikintu ceranda cegukira Yehova.
23 umuherezi azomuharurira igiciro caryo gushika ku mwaka wa Yubile, kandi uwo muntu azoca atanga ico giciro kuri uwo musi nyene+. Iryo tongo rizoca riba ikintu ceranda cegukira Yehova.