Abalewi 27:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nimba ari igitungwa gihumanye kandi akaba ashaka kukigaruza, abwirizwa gutanga igiciro caco cashinzwe hanyuma acongereko ica gatanu caco+. Ariko natakigaruza kizoca kigurishwa hisunzwe igiciro cashinzwe.
27 Nimba ari igitungwa gihumanye kandi akaba ashaka kukigaruza, abwirizwa gutanga igiciro caco cashinzwe hanyuma acongereko ica gatanu caco+. Ariko natakigaruza kizoca kigurishwa hisunzwe igiciro cashinzwe.