Guharura 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Iruhande yiwe hazoca hakambika umuryango wa Simeyoni. Umukuru w’abakomoka kuri Simeyoni ni Shelumiyeli+ umuhungu wa Zurishadayi.
12 Iruhande yiwe hazoca hakambika umuryango wa Simeyoni. Umukuru w’abakomoka kuri Simeyoni ni Shelumiyeli+ umuhungu wa Zurishadayi.