Guharura 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Hazoca hakurikira umuryango wa Manase+. Umukuru w’abakomoka kuri Manase ni Gamaliyeli+ umuhungu wa Pedazuri.
20 Hazoca hakurikira umuryango wa Manase+. Umukuru w’abakomoka kuri Manase ni Gamaliyeli+ umuhungu wa Pedazuri.