Guharura 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Abazokambika mu buraruko, ni umugwi ugizwe n’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, hisunzwe imigwi y’ingabo zabo. Umukuru w’abakomoka kuri Dani ni Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.
25 Abazokambika mu buraruko, ni umugwi ugizwe n’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, hisunzwe imigwi y’ingabo zabo. Umukuru w’abakomoka kuri Dani ni Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.