Guharura 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Bazosasa kandi igitambara gisa n’ubururu ku meza ijako imikate y’ishikanwa*+, bace bayishirako amasahani, ibikombe, amabakure hamwe n’amajage* y’ishikanwa ry’ikinyobwa+. Ishikanwa ry’imikate+ ryamaho rikwiye kuguma kuri iyo meza.
7 Bazosasa kandi igitambara gisa n’ubururu ku meza ijako imikate y’ishikanwa*+, bace bayishirako amasahani, ibikombe, amabakure hamwe n’amajage* y’ishikanwa ry’ikinyobwa+. Ishikanwa ry’imikate+ ryamaho rikwiye kuguma kuri iyo meza.