Guharura 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Muze mubafashe kugira ntibapfe kubera begereye ibintu vyeranda rwose+. Aroni n’abahungu biwe baze binjire, bashinge umwe wese igikorwa ciwe n’ivyo abwirizwa guterura.
19 Muze mubafashe kugira ntibapfe kubera begereye ibintu vyeranda rwose+. Aroni n’abahungu biwe baze binjire, bashinge umwe wese igikorwa ciwe n’ivyo abwirizwa guterura.