Guharura 7:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 n’ikimazi co gusangira+ kigizwe n’inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu n’imyagazi y’intama itanu, umwe wose umaze umwaka umwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Eliyasafu+ umuhungu wa Duweli.
47 n’ikimazi co gusangira+ kigizwe n’inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu n’imyagazi y’intama itanu, umwe wose umaze umwaka umwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Eliyasafu+ umuhungu wa Duweli.