Guharura 7:53 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 53 n’ikimazi co gusangira+ kigizwe n’inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu n’imyagazi y’intama itanu, umwe wose umaze umwaka umwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Elishama+ umuhungu wa Amihudi.
53 n’ikimazi co gusangira+ kigizwe n’inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu n’imyagazi y’intama itanu, umwe wose umaze umwaka umwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Elishama+ umuhungu wa Amihudi.