Guharura 7:71 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 71 n’ikimazi co gusangira+ kigizwe n’inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu n’imyagazi y’intama itanu, umwe wose umaze umwaka umwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.
71 n’ikimazi co gusangira+ kigizwe n’inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu n’imyagazi y’intama itanu, umwe wose umaze umwaka umwe. Iryo ni ryo ryari ishikanwa rya Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.