Guharura 7:84 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 84 Iri ni ryo shikanwa abakuru b’Abisirayeli batanze umusi igicaniro casukwako amavuta kigashikirizwa Imana+: amasahani 12 y’ifeza, amabakure 12 y’ifeza n’ibikombe 12 vy’inzahabu+.
84 Iri ni ryo shikanwa abakuru b’Abisirayeli batanze umusi igicaniro casukwako amavuta kigashikirizwa Imana+: amasahani 12 y’ifeza, amabakure 12 y’ifeza n’ibikombe 12 vy’inzahabu+.