19 Abalewi nzobaha Aroni n’abahungu biwe nk’ingabire ivuye mu Bisirayeli, kugira bakore ibikorwa vyo kw’ihema ry’ibonaniro mu kibanza c’Abisirayeli+ no kugira babatangire impongano. Ivyo bizotuma Abisirayeli badashikirwa n’ivyago+ kubera begereye ahantu heranda.»