-
Guharura 9:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Nuko bategura ico kimazi bari mu bugaragwa bwa Sinayi, ku mugoroba w’umusi ugira 14 w’ukwezi kwa mbere. Bakora ibintu vyose Yehova yari yategetse Musa.
-