Guharura 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ico gihe hariho abagabo bari bahumanye kubera bakoze ku kiziga+, ku buryo batashobora gutegura ikimazi ca Pasika kuri uwo musi. Baca baza imbere ya Musa na Aroni kuri uwo musi+,
6 Ico gihe hariho abagabo bari bahumanye kubera bakoze ku kiziga+, ku buryo batashobora gutegura ikimazi ca Pasika kuri uwo musi. Baca baza imbere ya Musa na Aroni kuri uwo musi+,