Guharura 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Muvugije ijwi rihindagurika ubugira kabiri, umugwi ukambitse mu bumanuko+ ni wo uzoca ugenda. Muzoza muravuza inzumbete muri ubwo buryo igihe cose umwe muri iyo migwi ugira ugende.
6 Muvugije ijwi rihindagurika ubugira kabiri, umugwi ukambitse mu bumanuko+ ni wo uzoca ugenda. Muzoza muravuza inzumbete muri ubwo buryo igihe cose umwe muri iyo migwi ugira ugende.