Guharura 10:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Yuda ni wo watanguye kugenda, upanze mu migwi mitomito*. Umukuru w’umuryango wa Yuda yari Nahashoni+ umuhungu wa Aminadabu.
14 Umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Yuda ni wo watanguye kugenda, upanze mu migwi mitomito*. Umukuru w’umuryango wa Yuda yari Nahashoni+ umuhungu wa Aminadabu.