Guharura 10:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Rubeni ni wo waciye ukurikira, upanze mu migwi mitomito. Umukuru w’umuryango wa Rubeni yari Elizuri+ umuhungu wa Shedeyuri.
18 Umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Rubeni ni wo waciye ukurikira, upanze mu migwi mitomito. Umukuru w’umuryango wa Rubeni yari Elizuri+ umuhungu wa Shedeyuri.