Guharura 10:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Efurayimu ni wo waciye ukurikira, upanze mu migwi mitomito. Umukuru w’umuryango wa Efurayimu yari Elishama+ umuhungu wa Amihudi.
22 Umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Efurayimu ni wo waciye ukurikira, upanze mu migwi mitomito. Umukuru w’umuryango wa Efurayimu yari Elishama+ umuhungu wa Amihudi.