Guharura 10:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Haciye hakurikira umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, upanze mu migwi mitomito. Wagendera inyuma ucunze iyo migwi yose. Umukuru w’umuryango wa Dani yari Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.
25 Haciye hakurikira umugwi w’imiryango itatu userukiwe n’umuryango wa Dani, upanze mu migwi mitomito. Wagendera inyuma ucunze iyo migwi yose. Umukuru w’umuryango wa Dani yari Ahiyezeri+ umuhungu wa Amishadayi.