Guharura 10:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nuko bava ku musozi wa Yehova+, bafata urugendo rw’imisi itatu. Muri iyo misi itatu, isandugu+ y’isezerano rya Yehova yagendera imbere yabo kugira ibaronderere ahantu ho kuruhukira+.
33 Nuko bava ku musozi wa Yehova+, bafata urugendo rw’imisi itatu. Muri iyo misi itatu, isandugu+ y’isezerano rya Yehova yagendera imbere yabo kugira ibaronderere ahantu ho kuruhukira+.