Guharura 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehova aca amanuka muri ya nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Na bo baca begera imbere.
5 Yehova aca amanuka muri ya nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Na bo baca begera imbere.