Guharura 13:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Musa aca arabarungika, bagenda bavuye mu bugaragwa bw’i Parani+, yisunze itegeko rya Yehova. Abo bagabo bose bari abakuru b’Abisirayeli.
3 Musa aca arabarungika, bagenda bavuye mu bugaragwa bw’i Parani+, yisunze itegeko rya Yehova. Abo bagabo bose bari abakuru b’Abisirayeli.